Ivyahishuwe 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma arikanuye+ akagumya impuzu ziwe zo hejuru, kugira ngo ntagende ari gusa maze abantu bakaraba isoni z’ubwambure bwiwe+.” Ivyahishuwe 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Uwushinga intahe y’ibi bintu avuga ati: ‘Egome; ndaje ningoga+.’” “Amen! Ingo, Mukama Yezu.”
15 “Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma arikanuye+ akagumya impuzu ziwe zo hejuru, kugira ngo ntagende ari gusa maze abantu bakaraba isoni z’ubwambure bwiwe+.”