Ivyahishuwe 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ndaje ningoga+. Bandanya kugumya ico ufise+, kugira ngo ntihagire umuntu n’umwe atwara urugori+ rwawe. Ivyahishuwe 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi ehe ndaje ningoga+. Hahiriwe uwo wese yubahiriza amajambo y’ubuhanuzi bwo muri uyu muzingo+.”
11 Ndaje ningoga+. Bandanya kugumya ico ufise+, kugira ngo ntihagire umuntu n’umwe atwara urugori+ rwawe.
7 Kandi ehe ndaje ningoga+. Hahiriwe uwo wese yubahiriza amajambo y’ubuhanuzi bwo muri uyu muzingo+.”