Zaburi 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Herereze kuri Yehova ubuninahazwa bw’izina ryiwe+.Nimwunamire Yehova mu gushaza kweranda+. Matayo 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Yezu amubwira ati: “Ja hiyo, Shetani! Kuko vyanditswe ngo: ‘Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene+ utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.’” Ivyahishuwe 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nca nikubita imbere y’ibirenge vyiwe ngo ndamusenge+. Mugabo ambwira ati: “Uragaba! Ntugire ivyo+! Nta kindi ndi atari umushumba mugenzawe n’uwa bene wanyu bafise igikorwa co gushingira intahe Yezu+. Senga Imana+; kuko ugushingira intahe Yezu ari yo ntumbero y’ubuhanuzi+.”
10 Maze Yezu amubwira ati: “Ja hiyo, Shetani! Kuko vyanditswe ngo: ‘Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene+ utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.’”
10 Nca nikubita imbere y’ibirenge vyiwe ngo ndamusenge+. Mugabo ambwira ati: “Uragaba! Ntugire ivyo+! Nta kindi ndi atari umushumba mugenzawe n’uwa bene wanyu bafise igikorwa co gushingira intahe Yezu+. Senga Imana+; kuko ugushingira intahe Yezu ari yo ntumbero y’ubuhanuzi+.”