ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 12:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze yibaruka umwana w’umuhungu+, uw’igitsina-gabo, uwuzoragiza amahanga yose inkoni y’icuma+. Nya mwana wiwe aca ajanwa ku Mana no ku ntebe y’ubwami yayo+.

  • Ivyahishuwe 19:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kandi mu kanwa kiwe hasokoroka inkota ndende ikarishe+, kugira ngo ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Aganisha ibirenge kandi muri rwa ruganiro rw’umuvinyu+ rw’ishavu ry’uburake bw’Imana+ Mushoboravyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika