Ivyahishuwe 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Andikira umumarayika+ w’ishengero ry’i Efeso+ uti: Ibi ni vyo avuga umwe afashe za nyenyeri indwi+ mu kuboko kwiwe kw’ukuryo, umwe agendagenda hagati ya vya bitereko vy’amatara indwi vy’inzahabu+:
2 “Andikira umumarayika+ w’ishengero ry’i Efeso+ uti: Ibi ni vyo avuga umwe afashe za nyenyeri indwi+ mu kuboko kwiwe kw’ukuryo, umwe agendagenda hagati ya vya bitereko vy’amatara indwi vy’inzahabu+: