Matayo 24:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Mugume muri maso rero, kuko mutazi umusi Umukama wanyu azozirako+. Luka 12:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Mugabo mumenye iki kintu: iyaba nyen’urugo yari azi isaha igisuma coziriyeko, yogumye ari maso ntareke ngo inzu yiwe imenwe+.
39 Mugabo mumenye iki kintu: iyaba nyen’urugo yari azi isaha igisuma coziriyeko, yogumye ari maso ntareke ngo inzu yiwe imenwe+.