Ivyahishuwe 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi hirya no hino ya nya ntebe hari intebe z’ubwami mirongo ibiri na zine, kandi kuri izo ntebe z’ubwami+ mbona hicaye abakurambere*+ mirongo ibiri na bane+ bambaye impuzu zo hejuru zera+, ku mitwe yabo na ho hakaba ingori z’inzahabu+. Ivyahishuwe 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Egome, ahawe kwambara impuzu y’ilino nziza, yakaka, isukuye, kuko nya mpuzu y’ilino nziza igereranya ibikorwa bigororotse vy’aberanda+.”
4 Kandi hirya no hino ya nya ntebe hari intebe z’ubwami mirongo ibiri na zine, kandi kuri izo ntebe z’ubwami+ mbona hicaye abakurambere*+ mirongo ibiri na bane+ bambaye impuzu zo hejuru zera+, ku mitwe yabo na ho hakaba ingori z’inzahabu+.
8 Egome, ahawe kwambara impuzu y’ilino nziza, yakaka, isukuye, kuko nya mpuzu y’ilino nziza igereranya ibikorwa bigororotse vy’aberanda+.”