Kuvayo 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+. Kuvayo 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ico gihe abantu bose bariko babona imituragaro n’ukurabagiza kw’imiravyo, n’ijwi ry’inzamba, n’umusozi ufumba umwotsi. Abantu ngo babibone, batangura kudegedwa, bahagarara nka hariya+.
16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+.
18 Ico gihe abantu bose bariko babona imituragaro n’ukurabagiza kw’imiravyo, n’ijwi ry’inzamba, n’umusozi ufumba umwotsi. Abantu ngo babibone, batangura kudegedwa, bahagarara nka hariya+.