2 Abami 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Yehu afora umuheto*+ hanyuma arasa Yehoramu hagati y’amaboko, ku buryo umwampi usohokana mu mutima wiwe, hanyuma agwa mu mukogote w’intambara wiwe+.
24 Maze Yehu afora umuheto*+ hanyuma arasa Yehoramu hagati y’amaboko, ku buryo umwampi usohokana mu mutima wiwe, hanyuma agwa mu mukogote w’intambara wiwe+.