Zaburi 110:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inkoni+ y’inkomezi zawe Yehova azoyirungika ari i Siyoni+, ati:“Genda uganze hagati y’abansi bawe+.” Ivyahishuwe 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Haca haduka intambara mw’ijuru: Mikaheli+ n’abamarayika biwe barwana na ca gisato, ca gisato na co kirwanana n’abamarayika baco
2 Inkoni+ y’inkomezi zawe Yehova azoyirungika ari i Siyoni+, ati:“Genda uganze hagati y’abansi bawe+.”
7 Haca haduka intambara mw’ijuru: Mikaheli+ n’abamarayika biwe barwana na ca gisato, ca gisato na co kirwanana n’abamarayika baco