Ivyahishuwe 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umumarayika agira gatanu na we avuza urumbete rwiwe+. Nca mbona inyenyeri+ yari yakorotse ivuye mw’ijuru ikagwa kw’isi, kandi ahabwa urupfunguruzo+ rw’icobo c’inyenga+. Ivyahishuwe 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hanyuma mbona umumarayika amanuka ava mw’ijuru afise urupfunguruzo rw’inyenga+ be n’ikinyororo kinini mu minwe.
9 Umumarayika agira gatanu na we avuza urumbete rwiwe+. Nca mbona inyenyeri+ yari yakorotse ivuye mw’ijuru ikagwa kw’isi, kandi ahabwa urupfunguruzo+ rw’icobo c’inyenga+.
20 Hanyuma mbona umumarayika amanuka ava mw’ijuru afise urupfunguruzo rw’inyenga+ be n’ikinyororo kinini mu minwe.