Luka 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kandi yaguma amwinginga+ ngo ntayategeke kuja mu nyenga+. Ivyahishuwe 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Zifise umwami azigaba, umumarayika w’inyenga+. Mu giheburayo izina ryiwe ni Abadoni, mugabo mu kigiriki ni Apoliyoni+.
11 Zifise umwami azigaba, umumarayika w’inyenga+. Mu giheburayo izina ryiwe ni Abadoni, mugabo mu kigiriki ni Apoliyoni+.