Luka 4:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Aaa! Duhuriye ku ki nawe+, ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi+ neza uwo uri we, uri wa Mweranda w’Imana+.” Ivyahishuwe 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi mu kanwa kiwe hasokoroka inkota ndende ikarishe+, kugira ngo ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Aganisha ibirenge kandi muri rwa ruganiro rw’umuvinyu+ rw’ishavu ry’uburake bw’Imana+ Mushoboravyose.
34 “Aaa! Duhuriye ku ki nawe+, ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi+ neza uwo uri we, uri wa Mweranda w’Imana+.”
15 Kandi mu kanwa kiwe hasokoroka inkota ndende ikarishe+, kugira ngo ayikubite amahanga, kandi azoyaragiza inkoni y’icuma+. Aganisha ibirenge kandi muri rwa ruganiro rw’umuvinyu+ rw’ishavu ry’uburake bw’Imana+ Mushoboravyose.