ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 1:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 ati: “Duhuriye ku ki nawe, ga Yezu Umunyanazareti+? Uje kuduhonya? Ndazi+ neza uwo uri we, uri wa Mweranda+ w’Imana+.”

  • Luka 1:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Nya mumarayika amwishura ati: “Impwemu nyeranda+ izokuzako, kandi ububasha bwa Musumbavyose buzogutwikiriza igitutu. Ni co gituma kandi ikizovuka kizokwitwa ceranda+, Umwana w’Imana+.

  • Luka 4:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 N’amadayimoni yarava mu bantu benshi+, agasemerera avuga ati: “Uri Umwana w’Imana+.” Mugabo yarayakankamira ntayemerere kuvuga+, kuko ano yari amuzi+ ko ari Kristu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika