Matayo 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Maze barasemerera, bati: “Duhuriye ku ki nawe ga Mwana w’Imana+? Waje ng’aha kutubabaza+ igihe cashinzwe kitaragera+?” Luka 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Abonye Yezu, avuza induru, yikubita imbere yiwe, hanyuma n’ijwi rirenga avuga ati: “Mpuriye ku ki nawe+, ga Yezu Mwana wa ya Mana Musumbavyose? Ndakwinginze, ntumbabaze+.”
29 Maze barasemerera, bati: “Duhuriye ku ki nawe ga Mwana w’Imana+? Waje ng’aha kutubabaza+ igihe cashinzwe kitaragera+?”
28 Abonye Yezu, avuza induru, yikubita imbere yiwe, hanyuma n’ijwi rirenga avuga ati: “Mpuriye ku ki nawe+, ga Yezu Mwana wa ya Mana Musumbavyose? Ndakwinginze, ntumbabaze+.”