41 N’amadayimoni yarava mu bantu benshi+, agasemerera avuga ati: “Uri Umwana w’Imana+.” Mugabo yarayakankamira ntayemerere kuvuga+, kuko ano yari amuzi+ ko ari Kristu+.
28 Abonye Yezu, avuza induru, yikubita imbere yiwe, hanyuma n’ijwi rirenga avuga ati: “Mpuriye ku ki nawe+, ga Yezu Mwana wa ya Mana Musumbavyose? Ndakwinginze, ntumbabaze+.”