Ivyakozwe 7:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 mwebwe abaronse Itegeko nk’uko ryashikirijwe n’abamarayika+ mugabo mukaba mutarigumije.” Abaheburayo 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo mwegereye Umusozi Siyoni+ n’igisagara+ c’Imana nzima, Yeruzalemu yo mw’ijuru+, be n’ibihumbi mirongo vy’abamarayika+, Ivyahishuwe 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hanyuma giteranura akanwa kaco mu kurogota+ ku Mana, ngo kirogote kw’izina ryayo n’aho iba, mbere no ku baba mw’ijuru+.
22 Mugabo mwegereye Umusozi Siyoni+ n’igisagara+ c’Imana nzima, Yeruzalemu yo mw’ijuru+, be n’ibihumbi mirongo vy’abamarayika+,
6 Hanyuma giteranura akanwa kaco mu kurogota+ ku Mana, ngo kirogote kw’izina ryayo n’aho iba, mbere no ku baba mw’ijuru+.