18 Aha ni ho hasaba ubukerebutsi: Uwufise ubwenge naharure igitigiri ca nya gikoko, kuko ari igitigiri c’umuntu+; kandi igitigiri caco ni amajana atandatu na mirongo itandatu na gatandatu+.
20 Maze ca gikoko+ kirafatwa, gifatanwa na wa muhanuzi w’ikinyoma+ yakorera imbere yaco ibimenyetso+ yazimirisha abaronse ikimenyetso+ ca ca gikoko be n’abasenga ishusho+ yaco. Bikiri bizima, vyompi biraririzwa mu kiyaga c’umuriro cakishwa amazuku+.