1 Ngoma 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hongera kandi kwaduka intambara i Gati+, mu gihe hari umugabo w’igihagararo c’akataraboneka+ yari afise intoke n’amano bitandatubitandatu, vyose hamwe bikaba vyari mirongo ibiri na bine+; na we nyene yari yavutse ku Barefayimu+. Daniyeli 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nebukadinezari umwami yakoze igishusho+ c’inzahabu, c’amahagarara y’amatambwe mirongo itandatu n’ubwaguke bw’amatambwe atandatu. Agihagarika mu kiyaya ca Dura, mu ntara y’ubutware ya Babiloni+.
6 Hongera kandi kwaduka intambara i Gati+, mu gihe hari umugabo w’igihagararo c’akataraboneka+ yari afise intoke n’amano bitandatubitandatu, vyose hamwe bikaba vyari mirongo ibiri na bine+; na we nyene yari yavutse ku Barefayimu+.
3 Nebukadinezari umwami yakoze igishusho+ c’inzahabu, c’amahagarara y’amatambwe mirongo itandatu n’ubwaguke bw’amatambwe atandatu. Agihagarika mu kiyaya ca Dura, mu ntara y’ubutware ya Babiloni+.