ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 13:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Kandi twabonyeyo Abanefilimu, bene Anaki+, abakomoka ku Banefilimu; ku buryo mu maso yacu bwite twacitse nk’uduhori, kandi ukwo nyene ni ko twacitse mu maso yabo+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 (Abemimu+ kera baba muri co, ari igisata gikomeye, c’abantu benshi kandi barebare nk’Abanakimu+.

  • Gusubira mu vyagezwe 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko Ogi, umwami wa Bashani, ari we gusa yasigaye mu masigarira y’Abarefayimu+. Mbere inderuzo yiwe yari iy’icuma. Mbega ntiri i Raba+ ha bene Amoni? Uburebure bwayo ni amatambwe* icenda, ubwaguke bwayo na bwo amatambwe ane, kw’itambwe ry’umugabo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika