Guharura 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi twabonyeyo Abanefilimu, bene Anaki+, abakomoka ku Banefilimu; ku buryo mu maso yacu bwite twacitse nk’uduhori, kandi ukwo nyene ni ko twacitse mu maso yabo+.” Yosuwa 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Imbere y’aho izina rya Heburoni ryari Kiriyati-aruba+ (uwo Aruba+ yari we muntu akomeye mu Banakimu). Nuko igihugu nticahungabanywa n’intambara+.
33 Kandi twabonyeyo Abanefilimu, bene Anaki+, abakomoka ku Banefilimu; ku buryo mu maso yacu bwite twacitse nk’uduhori, kandi ukwo nyene ni ko twacitse mu maso yabo+.”
15 Imbere y’aho izina rya Heburoni ryari Kiriyati-aruba+ (uwo Aruba+ yari we muntu akomeye mu Banakimu). Nuko igihugu nticahungabanywa n’intambara+.