Abalewi 26:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi nzoshira amahoro mu gihugu+, namwe muzokwiryamira koko, ata n’umwe abajugumiza+; kandi nzoherengeteza mu gihugu ibikoko biryana+, kandi inkota ntizoca mu gihugu canyu+. Yosuwa 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Gutyo Yosuwa afata igihugu cose, nk’uko ivyo Yehova yari yarasezeraniye Musa vyose vyari+, maze Yosuwa agiha Isirayeli bwa ntoranwa akurikije imituri yabo, yisunze imiryango yabo+. Nuko igihugu nticahungabanywa n’intambara+.
6 Kandi nzoshira amahoro mu gihugu+, namwe muzokwiryamira koko, ata n’umwe abajugumiza+; kandi nzoherengeteza mu gihugu ibikoko biryana+, kandi inkota ntizoca mu gihugu canyu+.
23 Gutyo Yosuwa afata igihugu cose, nk’uko ivyo Yehova yari yarasezeraniye Musa vyose vyari+, maze Yosuwa agiha Isirayeli bwa ntoranwa akurikije imituri yabo, yisunze imiryango yabo+. Nuko igihugu nticahungabanywa n’intambara+.