ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Imbere y’aho izina rya Heburoni ryari Kiriyati-aruba+ (uwo Aruba+ yari we muntu akomeye mu Banakimu). Nuko igihugu nticahungabanywa n’intambara+.

  • Yosuwa 21:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Vyongeye, Yehova abaha akaruhuko+ impande zose, yisunze ivyo yari yararahiye+ ko azoha ba sekuruza babo vyose; nta n’umwe mu bansi babo bose yabahagaze imbere+. Abansi babo bose Yehova yabatanze mu kuboko kwabo+.

  • Yosuwa 23:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nuko haciye imisi myinshi Yehova aruhuye+ Isirayeli abansi bayo bose bari bayikikuje, igihe Yosuwa yari ashaje kandi yitereye mu myaka+,

  • Zaburi 29:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Yehova ubwiwe azoha koko inkomezi abantu biwe+.

      Yehova ubwiwe azohezagiza abantu biwe amahoro+.

  • Imigani 16:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Iyo Yehova ahimbawe n’inzira z’umuntu+, atuma mbere n’abansi biwe bibera amahoro na we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika