Itanguriro 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Sara apfira i Kiriyati-aruba+, ni ukuvuga Heburoni+, mu gihugu ca Kanani+, hanyuma Aburahamu yinjira kuborogera Sara no kumuririra. Yosuwa 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo Kalebu+ mwene Yefune amuha umuturi hagati muri bene Yuda kw’itegeko Yehova yahaye Yosuwa, egome amuha Kiriyati-aruba (uwo Aruba yari se wa Anaki), ari yo Heburoni+.
2 Nuko Sara apfira i Kiriyati-aruba+, ni ukuvuga Heburoni+, mu gihugu ca Kanani+, hanyuma Aburahamu yinjira kuborogera Sara no kumuririra.
13 Nayo Kalebu+ mwene Yefune amuha umuturi hagati muri bene Yuda kw’itegeko Yehova yahaye Yosuwa, egome amuha Kiriyati-aruba (uwo Aruba yari se wa Anaki), ari yo Heburoni+.