27 Amaherezo Yakobo ashika kwa Izahaki se wiwe i Mamure+, i Kiriyati-aruba+, ni ukuvuga Heburoni, aho Aburahamu na Izahaki bari barabaye ari ba kavamahanga+.
7 Nuko igisagara ca Kedeshi+ muri Galilaya mu karere k’imisozi ka Nafutali, n’ica Shekemu+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, n’ica Kiriyati-aruba+, ari co Heburoni, mu karere k’imisozi ka Yuda, babigira vyeranda.