ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 13:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Maze Kalebu+ agerageza gutururuza abantu kugira ngo bumvirize Musa, hanyuma avuga ati: “Tuduge ubu nyene, kandi ntituzobura kwigarurira ico gihugu, kuko dushobora vy’ukuri kukinesha+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 1:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 kiretse Kalebu mwene Yefune+. We azokibona, kandi we n’abahungu biwe nzobaha igihugu yahonyojeko ikirenge, kuko yakurikiye Yehova bimwe bishitse+.

  • Yosuwa 14:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yosuwa aca aramuhezagira maze aha Kalebu, mwene Yefune, Heburoni ngo ibe intoranwa yiwe+.

  • Yosuwa 21:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 akarere kegukira ico gisagara be n’imihana irundanye igikukira na vyo babiha Kalebu mwene Yefune ngo avyigabire+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika