-
Yobu 11:19Bibiliya y’isi nshasha
-
-
19 Uzokwigaramangira, ata n’umwe akujugumiza.
Emwe, abantu benshi bazotuma ugira mu maso hakeye+;
-
Yeremiya 30:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 “Nayo wewe, ntutinye, ewe musavyi wanje Yakobo,” ni ko Yehova avuze, “kandi ntucike ivutu, ewe Isirayeli+! Kuko ehe ngira ngukize ngukuye kure, n’uruvyaro rwawe ndarukize ndarukuye mu gihugu rwagizwemwo imbohe+. Yakobo azogaruka koko, abeho ata kimudurumbanya kandi atekanye, kandi nta n’umwe azomujugumiza+.”
-
-
-