Yesaya 49:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbere n’umugwi w’imbohe w’umugabo w’inkomezi uzojanwa+, kandi abamaze kujanwa n’intwazamukazo bazorokoka+. Jewe ubwanje nzonigana n’abanigana nawe+, kandi abana bawe jewe ubwanje nzobakiza+. Yeremiya 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Muri iyo misi, inzu ya Yuda izogendana n’inzu ya Isirayeli+, kandi bazovana+ mu gihugu co mu buraruko binjire mu gihugu nahaye ba sogokuruza banyu bwa ntoranwa+.
25 Mugabo ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbere n’umugwi w’imbohe w’umugabo w’inkomezi uzojanwa+, kandi abamaze kujanwa n’intwazamukazo bazorokoka+. Jewe ubwanje nzonigana n’abanigana nawe+, kandi abana bawe jewe ubwanje nzobakiza+.
18 “Muri iyo misi, inzu ya Yuda izogendana n’inzu ya Isirayeli+, kandi bazovana+ mu gihugu co mu buraruko binjire mu gihugu nahaye ba sogokuruza banyu bwa ntoranwa+.