ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 36:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “Ibi ni vyo Kuro umwami w’Ubuperesi+ avuze: ‘Yehova Imana y’amajuru yarampaye ubwami bwose bwo mw’isi+, kandi ubwiwe yanshinze igikorwa co kumwubakira inzu i Yeruzalemu muri Yuda+. Umuntu wese muri mwebwe wo mu bantu biwe bose+, Yehova Imana yiwe abane na we+. Naduge rero+.’”

  • Ezira 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Umuntu wese muri mwebwe wo mu bantu biwe bose, Imana yiwe ibane na we+. Naduge rero i Yeruzalemu muri Yuda, asubire kwubaka inzu ya Yehova Imana ya Isirayeli, ni we Mana y’ukuri+, inzu yari i Yeruzalemu+.

  • Ezekiyeli 37:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ntoye agakoni ka Yozefu kari mu kuboko kwa Efurayimu, be n’imiryango ya Isirayeli, bagenziwe, ndayishire kuri ko, ni ukuvuga ku gakoni ka Yuda, kandi nzotugira vy’ukuri agakoni kamwe+, na two tuzocika agakoni kamwe mu kuboko kwanje.”’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika