Abanyefeso 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 nk’uko nyene yadutoye+ mu bumwe na we imbere y’ishingwa+ ry’isi, kugira ngo tube beranda, tutagira ikirabagu+ imbere yayo mu rukundo+. 1 Petero 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ego ni ko, yamenywe imbere y’igihe, imbere y’ishingwa+ ry’isi, mugabo yashizwe ahabona kw’iherezo ry’ibihe ku bwa mwebwe+
4 nk’uko nyene yadutoye+ mu bumwe na we imbere y’ishingwa+ ry’isi, kugira ngo tube beranda, tutagira ikirabagu+ imbere yayo mu rukundo+.
20 Ego ni ko, yamenywe imbere y’igihe, imbere y’ishingwa+ ry’isi, mugabo yashizwe ahabona kw’iherezo ry’ibihe ku bwa mwebwe+