Itanguriro 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo. Matayo 26:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Maze Yezu amubwira ati: “Subiza inkota yawe mu kibanza cayo+, kuko abafata inkota bose bazokwicwa n’inkota+.
6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo.
52 Maze Yezu amubwira ati: “Subiza inkota yawe mu kibanza cayo+, kuko abafata inkota bose bazokwicwa n’inkota+.