Yeremiya 39:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo bamwe mu bantu, abantu batobato ata co bari bafise, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima abarekera mu gihugu ca Yuda+; uwo musi atangura kubaha imirima y’imizabibu n’ibikorwa vy’agahato+. Yeremiya 52:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo bamwe mu bantu batobato bo muri ico gihugu, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima arabasigaza ngo babe abakozi bo mu mirima y’imizabibu n’abakora ibikorwa vy’umuruho+.
10 Mugabo bamwe mu bantu, abantu batobato ata co bari bafise, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima abarekera mu gihugu ca Yuda+; uwo musi atangura kubaha imirima y’imizabibu n’ibikorwa vy’agahato+.
16 Mugabo bamwe mu bantu batobato bo muri ico gihugu, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima arabasigaza ngo babe abakozi bo mu mirima y’imizabibu n’abakora ibikorwa vy’umuruho+.