2 Abami 25:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo bamwe mu bantu batobato+ bo muri ico gihugu, uwo mukuru w’abacungera ubuzima arabasigaza ngo babe abakozi bo mu mirima y’imizabibu n’abakora ibikorwa vy’umuruho+. 2 Abami 25:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo abantu+ bari barasigajwe mu gihugu ca Yuda, abo Nebukadinezari umwami wa Babiloni yari yarasigaje, abagenera rero Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, ngo abaganze. Yeremiya 39:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo bamwe mu bantu, abantu batobato ata co bari bafise, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima abarekera mu gihugu ca Yuda+; uwo musi atangura kubaha imirima y’imizabibu n’ibikorwa vy’agahato+.
12 Mugabo bamwe mu bantu batobato+ bo muri ico gihugu, uwo mukuru w’abacungera ubuzima arabasigaza ngo babe abakozi bo mu mirima y’imizabibu n’abakora ibikorwa vy’umuruho+.
22 Nayo abantu+ bari barasigajwe mu gihugu ca Yuda, abo Nebukadinezari umwami wa Babiloni yari yarasigaje, abagenera rero Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, ngo abaganze.
10 Mugabo bamwe mu bantu, abantu batobato ata co bari bafise, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima abarekera mu gihugu ca Yuda+; uwo musi atangura kubaha imirima y’imizabibu n’ibikorwa vy’agahato+.