Ivyahishuwe 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze mbona icasa n’ikiyaga c’ikiyo+ kivanze n’umuriro, mbona n’abatahukana intsinzi+ kuri ca gikoko no kw’ishusho yaco+ no ku gitigiri+ c’izina ryaco bahagaze iruhande ya nya kiyaga c’ikiyo+, bafise inanga+ z’Imana.
2 Maze mbona icasa n’ikiyaga c’ikiyo+ kivanze n’umuriro, mbona n’abatahukana intsinzi+ kuri ca gikoko no kw’ishusho yaco+ no ku gitigiri+ c’izina ryaco bahagaze iruhande ya nya kiyaga c’ikiyo+, bafise inanga+ z’Imana.