1 Abami 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma atangura gukora ikiyaga gishongeshejwe+ cangana n’amatambwe cumi kuva ku mbiga yaco imwe gushika ku yindi mbiga, kikaba cari umuzingi irya n’ino; amahagarara yaco yari amatambwe atanu; kugikikuza cose vyasaba ikamba y’amatambwe mirongo itatu+. 1 Abami 7:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Maze ashira amashareti atanu ku ruhande rw’iburyo rwa nya nzu, yandi atanu ku ruhande rw’ibubamfu rwa nya nzu+; ikiyaga ubwaco agishira ku ruhande rw’iburyo rwa nya nzu mu buseruko, amaja mu bumanuko+.
23 Hanyuma atangura gukora ikiyaga gishongeshejwe+ cangana n’amatambwe cumi kuva ku mbiga yaco imwe gushika ku yindi mbiga, kikaba cari umuzingi irya n’ino; amahagarara yaco yari amatambwe atanu; kugikikuza cose vyasaba ikamba y’amatambwe mirongo itatu+.
39 Maze ashira amashareti atanu ku ruhande rw’iburyo rwa nya nzu, yandi atanu ku ruhande rw’ibubamfu rwa nya nzu+; ikiyaga ubwaco agishira ku ruhande rw’iburyo rwa nya nzu mu buseruko, amaja mu bumanuko+.