13 Za nkingi+ z’umujumpu zari mu nzu ya Yehova, na ya mashareti+ be na ca kiyaga c’umujumpu+ vyari mu nzu ya Yehova, Abakaludaya barabimenagura baraheza batwara umujumpu wavyo i Babiloni+.
17 Za nkingi z’umujumpu+ zari iz’inzu ya Yehova, na ya mashareti+ be na ca kiyaga c’umujumpu+ cari mu nzu ya Yehova, Abakaludaya barabimenagura baraheza batwara umujumpu wavyo wose i Babiloni+.