ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 38:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Maze akora ca kibesani c’umujumpu+ n’igitereko caco c’umujumpu, akoresheje ivyirore vy’abagore b’abasukukazi bakora igikorwa gitunganijwe, ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+.

  • Abalewi 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Inyuma y’ivyo acucagira makeyi kuri yo incuro indwi kuri ca gicaniro+, araheza arakiyarobanuza be n’ibikoresho vyaco vyose, na ca kibesani n’igitereko caco kugira ngo vyezwe.

  • 1 Abami 7:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Nuko atangura gukora amabesani+ y’umujumpu cumi. Ibesani imwimwe yose yajamwo ingero mirongo ine za bati. Ibesani imwimwe yose yari amatambwe ane. Kw’ishareti imwimwe yose muri ya mashareti cumi hariko ibesani imwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika