Imigani 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Icabona cizigirwa ntikizobesha+, mugabo icabona c’ikinyoma gisuka ibinyoma gusa+. Ivyahishuwe 21:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo ikintu cose kitari ceranda n’umuntu wese aguma akora ibintu bisesemye+ be n’ibinyoma+ ntazogenda acinjiyemwo+; abanditswe mu muzingo w’ubuzima wa wa Mwagazi w’intama ni bo gusa bazocinjiramwo+.
27 Mugabo ikintu cose kitari ceranda n’umuntu wese aguma akora ibintu bisesemye+ be n’ibinyoma+ ntazogenda acinjiyemwo+; abanditswe mu muzingo w’ubuzima wa wa Mwagazi w’intama ni bo gusa bazocinjiramwo+.