Zaburi 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Imana ni Umucamanza agororotse+,Kandi Imana irungika imisibo imisi yose.