Yeremiya 51:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Twaragerageje gukiza Babiloni, mugabo ntiyakize. Nimumuhebe+ twigire, umwe wese mu gihugu ciwe+. Kuko urubanza rwiwe rwashitse mu majuru, rwaduze gushika mu birere vyuzuye ibicu+. 1 Timoteyo 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ibicumuro vy’abantu bamwe biribonekeza icese+, bigashikana ubwo nyene ku rubanza, abandi na bo ibicumuro vyabo na vyo nyene biribonekeza mu nyuma+.
9 “Twaragerageje gukiza Babiloni, mugabo ntiyakize. Nimumuhebe+ twigire, umwe wese mu gihugu ciwe+. Kuko urubanza rwiwe rwashitse mu majuru, rwaduze gushika mu birere vyuzuye ibicu+.
24 Ibicumuro vy’abantu bamwe biribonekeza icese+, bigashikana ubwo nyene ku rubanza, abandi na bo ibicumuro vyabo na vyo nyene biribonekeza mu nyuma+.