Ivyahishuwe 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 azonywa kandi ku muvinyu w’ishavu ry’Imana risutswe mu gikombe c’uburake bwayo+ ritavanze, kandi azobabazwa+ hakoreshejwe umuriro n’amazuku+ mu maso y’abamarayika beranda no mu maso ya wa Mwagazi w’intama.
10 azonywa kandi ku muvinyu w’ishavu ry’Imana risutswe mu gikombe c’uburake bwayo+ ritavanze, kandi azobabazwa+ hakoreshejwe umuriro n’amazuku+ mu maso y’abamarayika beranda no mu maso ya wa Mwagazi w’intama.