Kuvayo 35:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abantu bose b’abahinga+ muri mwebwe nibaze bakore ibintu vyose Yehova yategetse, Kuvayo 36:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 «Bezaleli azokorana na Oholiyabu n’abandi bahinga bose Yehova yahaye ubukerebutsi nʼugutegera, kugira bakore ibintu vyose bizokoreshwa mu gikorwa ceranda, nk’uko Yehova yabitegetse+.»
36 «Bezaleli azokorana na Oholiyabu n’abandi bahinga bose Yehova yahaye ubukerebutsi nʼugutegera, kugira bakore ibintu vyose bizokoreshwa mu gikorwa ceranda, nk’uko Yehova yabitegetse+.»