Kuvayo 34:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Hanyuma avuga ati: «Nimba nagiriwe ubuntu imbere yawe, ewe Yehova, ndakwinginze Yehova, ugendere hagati yacu+ naho turi abantu b’intumva*+, kandi uduharire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ihanga ryawe bwite.» Gusubira mu vyagezwe 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mumenye rero ko Yehova Imana yanyu atabahaye iki gihugu ciza ngo ni uko muri abagororotsi. Ahubwo muri intumva*+. Ivyakozwe 7:51 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 51 Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima no mu matwi, mwama murwanya impwemu nyeranda. Mukora nk’uko ba sogokuruza banyu bakoze+.
9 Hanyuma avuga ati: «Nimba nagiriwe ubuntu imbere yawe, ewe Yehova, ndakwinginze Yehova, ugendere hagati yacu+ naho turi abantu b’intumva*+, kandi uduharire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ihanga ryawe bwite.»
6 Mumenye rero ko Yehova Imana yanyu atabahaye iki gihugu ciza ngo ni uko muri abagororotsi. Ahubwo muri intumva*+.
51 Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima no mu matwi, mwama murwanya impwemu nyeranda. Mukora nk’uko ba sogokuruza banyu bakoze+.