Abalewi 5:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Azozanira kandi Yehova ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha ku bw’igicumuro yakoze+, ni ukuvuga ishashi y’intama canke y’impene kugira ibe ishikanwa ry’igicumuro. Umuherezi azomusabira akurweko igicumuro* yakoze. Abalewi 7:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha+: ni ikintu ceranda cane.
6 Azozanira kandi Yehova ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha ku bw’igicumuro yakoze+, ni ukuvuga ishashi y’intama canke y’impene kugira ibe ishikanwa ry’igicumuro. Umuherezi azomusabira akurweko igicumuro* yakoze.