Guharura 18:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yehova yongera kubwira Aroni ati: «Ndakujeje intererano mpabwa+. Wewe n’abahungu bawe narabahaye umugabane wamaho uvuye ku bintu vyeranda vyose Abisirayeli batanga+. Guharura 18:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ikintu cose ceguriwe Imana* muri Isirayeli kizoba rwanyu+.
8 Yehova yongera kubwira Aroni ati: «Ndakujeje intererano mpabwa+. Wewe n’abahungu bawe narabahaye umugabane wamaho uvuye ku bintu vyeranda vyose Abisirayeli batanga+.