Abalewi 7:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Ku bimazi vyo gusangira Abisirayeli batanga, nkuyeko akameme k’ishikanwa bazungagiza n’itako ry’umugabane mweranda, maze ndabiha Aroni n’abahungu biwe. Iryo ni itegeko ryamaho ku Bisirayeli+. Guharura 5:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Intererano nyeranda zose+ Abisirayeli bazoha umuherezi zikwiye kuba rwiwe+.
34 Ku bimazi vyo gusangira Abisirayeli batanga, nkuyeko akameme k’ishikanwa bazungagiza n’itako ry’umugabane mweranda, maze ndabiha Aroni n’abahungu biwe. Iryo ni itegeko ryamaho ku Bisirayeli+.