34 Kuko ya nkoro y’ishikanwa rizungagizwa+, be na kwa kuguru kw’umugabane mweranda, ndabitwaye bene Isirayeli ndabikuye ku bimazi vyabo vy’ugusangira, nkabiha Aroni umuherezi n’abahungu biwe bikuwe kuri bene Isirayeli, iyo ikaba ari ingingo nyobozi gushika igihe kitagira urugero.