9 Nimba yagize indagano yo gutanga igitungwa kibereye guhabwa Yehova, ico azoha Yehova cose kizoca kiba ceranda. 10 Ntashobora kugisubiriza, ngo ciza agikabe kibi canke kibi agikabe ciza. Niyaramuka agikavye n’ikindi, vyose uko ari bibiri bizoca biba vyeranda.