Abalewi 23:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Muzomara imisi indwi mushikanira Yehova ishikanwa bashikanisha umuriro. Ku musi ugira umunani muzogira ikoraniro ryeranda+, kandi mutegerezwa gushikanira Yehova ishikanwa bashikanisha umuriro. Ni ikoraniro ridasanzwe. Ntimuze mukore igikorwa na kimwe kiruhisha. Abalewi 23:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Ariko ku musi ugira 15 w’ukwo kwezi kw’indwi, igihe muzoba mwegeranije umwimbu wo mu gihugu, muzomara imisi indwi muhimbaza umusi mukuru wa Yehova+. Umusi wa mbere uzoba ari umusi w’akaruhuko kuzuye, cokimwe n’umusi ugira umunani+.
36 Muzomara imisi indwi mushikanira Yehova ishikanwa bashikanisha umuriro. Ku musi ugira umunani muzogira ikoraniro ryeranda+, kandi mutegerezwa gushikanira Yehova ishikanwa bashikanisha umuriro. Ni ikoraniro ridasanzwe. Ntimuze mukore igikorwa na kimwe kiruhisha.
39 Ariko ku musi ugira 15 w’ukwo kwezi kw’indwi, igihe muzoba mwegeranije umwimbu wo mu gihugu, muzomara imisi indwi muhimbaza umusi mukuru wa Yehova+. Umusi wa mbere uzoba ari umusi w’akaruhuko kuzuye, cokimwe n’umusi ugira umunani+.