ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 25:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 «Nimutoteze Abamidiyani mubice+, 18 kuko babakwegeye ivyago mu kubahenda, bigatuma mucumura i Peyori+. Baraboheje muracumura biciye kuri mushiki wabo Kozibi, umukobwa w’umukuru w’i Midiyani, umwe bica+ kuri wa musi mwatezwa ikiza kubera ivyabereye i Peyori+.»

  • Gusubira mu vyagezwe 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Mwariboneye n’amaso yanyu ivyo Yehova yakoze kubera Bayali y’i Peyori. Yehova Imana yanyu yarahoneje abantu bose bakurikiye Bayali y’i Peyori+.

  • Yosuwa 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Mbega ikosa ry’i Peyori ribaye rito? Honyene gushika n’uyu musi ntiriratuvako naho ishengero rya Yehova ryahanishijwe icago+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika